AJS irabatumirira gusidukana niyonka mw’ihiganwa ry’Intambo ry’amashure

0

Kw’igenekerezo rya 12/11/2016 niho hazotangura ihiganwa ry’intambo mu gihugu c’uburundi,ihiganwa riba rihurikiyemwo amashure yose yisumbuye ya hano mu gihugu cacu,iryo higanwa rikazotangura kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 kw’ishure rya Lycee du lac tanganyika
ajs
Nkuko amakuru dukesha abateguye iryo higanwa abivuga, avugako ihiganwa ry’uyu mwaka rizoba risumvya cane iry’umwaka uheze kuko iry’uyu mwaka riteguwe nezakandi harimwo uturusho twinshi cane ku mashure yose azohiganwa

Tworangiza tubamenyesha ko ishiramwe ry’urwaruka rw’inkino Ajs ryarangije ritumirira abantu bazoze ku bwinshi kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12/11/2016 kwirabira iryo higanwa,aho kwinjira ari amafaranga makeya,amafaranga igihumbi n’amajana atanu gusa