UBM News ads

Abihweza ivyubutunzi m’Uburundi babona ko imisi 100 ya Perezida Ndayishimiye atakinini cakozwe

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu vy’ubutunzi, Perezida Ndayishimiye mu kiganiro cambere yahaye abamenyeshamakuru n’abenegihugu yavuze ko agiye gushigikira imigambi y’iterambere kugira agabanye ubushomeri, akamenyesha ko abenegihugu bamaze kumenya kuvomera imirima kugira bagwanye inzara. Arasaba kandi ko amabanki yogabanya inyungu kungurane asaba ayo ma banki agatanga inyungu itavuna.

Ariko ababiraba bakabona ko mu musi 100 amaze atwara igihugu vyinshi bikiri mu majambo bitaraja mu ngiro. Abarundi bakibaza ko mu musi iza ibintu bizonyaruka amabarabara agasubirwamwo ayasambutse, abashomeri bakaronka akazi bamenyerejwe cane cane n’abafise amahinguriro canke ubuzi, Uburundi bukaronka indege zabwo nkuko biri mu bindi bihugu bibanyi.

Icakozwe cihuta kiboneka ni mugisata c’amagara y’abantu mu kurwanya ikiza coronavirus.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments