UBM News ads

Abatavuga rumwe na reta bavuga ko ‘ONU yabahevye’

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu gihe reta y’Uburundi ibandanya yigina intsinzi yuko ONU yakuye ku rutonde Uburundi mu bihugu vyihwezwa, abatavuga rumwe bobo bavuga ko atari ko biri.

Abatavuga rumwe na reta y i Gitega bakabona ko hakiri kare ko ONU yovuga ko ubu ‘bigenda neza’ mu Burundi.

Umwe mu batavuga rumwe na reta ariwe Agathon Rwasa yabwiye ikinyamakuru kimwe ko ‘ONU isa nuko yahevye abatavuga rumwe na reta ya CNDD-FDD.



“Kubona ONU ivuga ko ibintu ubu bigenda mu Burundi haracari kare kuko hari ibigikenewe gukorwa kubw’agateka ka zina muntu”, niko Agathon Rwasa yavuze.

Abatavuga rumwe na reta babona ko ONU yabibagiye kubera ko bigiye guha intege reta gukora uko yahora mu bijanye nagateka ka zina muntu, nk uko abatavuga rumwe na reta babibona.

Mwomenya ko reta yoyo ivuga kubona ONU yafashe iyo ngingo ari ibizotuma igihugu c’Uburundi gitera imbere.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments