UBM News ads

Pierre Buyoya yitavye Imana ahitanwe na ‘ Coronavirus’

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Nk uko ikinyamakuru co muri Anerika kibimenyesha arico Ijwi rya Amerika, uwahoze arongoye Uburundi, Petero Buyoya yitavye Imana.

Naho icamurhitanye kitaramenyekana, bamwe mu begereye umuryango wiwe babwiye Ijwi ry’Amerika ko ashobora kuba yari “arwaye ikiza ca Coronavirus.”

Pierre Buyoya akaba yaheruka gucirwa urubanza na reta y Uburundi rwo gufungwa ubuzima bwiwe bwose yagurizwa kugandagura uwahoze arongoye Uburundi, Ndadaye Melchior.

Inyuma y urwo rubanza akaba yaciye atanga imihoho mw ishirahamwe ry Ubumwe bwa Afrika kugira yitegurire kuburana na reta y Uburundi.

Petero Buyoya akaba apfuye afise imyaka 71.

Petero Buyoya yayoboye Uburundi incuro zibiri kuva mu 1987 gushika mu mwaka w’1993, no kuva mu 1996 gushika mu mwaka 2003.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments