Sentare nkuru ikukira Komine Muha yahanishije kuri uyu wa kane umunyororo wo guherayo abarwanyi 17 b’umuhari Red-Tabara urwanya Leta y’uburundi, bari batanzwe na Leta y’urwanda muri Munyonyo mu mwaka wa 2021.
Mu ntango, abo barwanyi bakaba bari 19 mu nyuma babiri muri bo bahavuye bezwa. Nayo 17 basigaye bakaba bagirizwa icaha co guhungabanya umutekano w’igihugu n’uw’abanyagihugu.
Recent Comments