Bamwe mu barundi baba muri Leta zunze ubumwe z’Amerika bahuriye imbere y’ingoro ya Perezida wa Amerika, mu muji wa Washington, DC mu rwego rwo kwerekana umubabaro bafise wibiriko biraba mu Burundi ”

Abarundi bo muri Amerika imbere y’ingoro ya Perezida wa Amerika, Maison Blanche
Abitabiriye ico gikorwa hari harimwo n’abanyamahanga, bari baje bitwaje udutara “bougie” mu ntumbero y’ukwibuka Abarundi bamaze gutakaza ubuzima bwabo kuva imidugararo ya politiki itanguye mu Burundi.
Mwijambo ryahavugiwe, bo bakaba basavye yuko ubwicanyi buriko buraba mu Burundi bwohagarara vyihuta.





Recent Comments