Abaririmvyi b’abarundi bazofadikanya n’abatanzaniya mu giteramo batanguye gutera akamo abakunzi babo ko bobashigikira

0

Abaririmvyi b’abarundi bazoshobora kwifadikanya nabanya tanzaniya mu giteramo c’igenekerezo rya 24/9/2015 bamaze gutangura gutumira abakunzi babo ko bosidukana niyonka bakaza kuraba ingene abaririmvyi b’abarundi bazoshobora kwereka abazoza bavuye mu gihugu ca tanzaniya ko mu Burundi rutitaha
ashley-diva
Nkuko amakuru dukesha abajejwe kumenyekanisha ico giteramo avugako abaririmvyi bose b’abarundi bazoba bari muri ico giteramo ko bose bamaze gutangura kwitegura,
Abo nabo akaba ari:
Generencha Bidondo,Mr Champagne,Ashley Diva,Tity love,Best Life Music,Black G hamwe na Q Boy umuririmvyi w’umurundi ariko asanzwe akorera akazi kiwe mu gihugu ca Tanzaniya hamwe n’umugwi usanzwe uzwi cane mu ntambo,umugwi wa KOD dance

Raba amwe mu mafoto yabo baririmvyi bariko baratumira abakunzi b’umuziki ndundi:
mr-champagne tity-love black-g best-life kod q-boy generencha-bidondo