UBM News ads

Abamenyeshamakuru bakorera Iwacu basabwe kwitura amasentare imbere yo gutezurirwa

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ico kibazo kikaba cabajijwe Umukuru w’igihugu, Petero Nkurunziza, mu gihe yariko araremesha ikiganiro n’abameneyshamakuru i Gitega kur’uyu wa kane. Président Nkurunziza akaba yasavye abo bamenyeshamakuru kurondera abashingwamanza bababuranira imbere y’amasentare. Ko naho bari bafise impusha zose, Petero Nkurunziza yavuze ko ivyo atovyinjiramwo ari akazi k’ubutungane.

Ku kibazo naho ko yobagirira ikigongwe, Président Nkurunziza akavuga ko sentare nizamara guca imanza azogira ico abivuzeko. Kukibazo naho ko iryo fungwa ry’abamenyeshamakuru ridatuma démokarasi isubira inyuma, Petero Nkurunziza avuga ko demokarasi yosubiye inyuma mu gihe abamenyeshamakuru bose bafunzwe m’Uburundi, ati demokarasi irafise aho igarukira.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments