Inyuma yaho hatangiwe ikigongwe n-umukuru w-igihugu ku banyororo barenga gato ibihumbi bitanu, bamwe murabo batanguye gutaha kuhera kuruwu wa 26 Ndamukiza 2021. Ibirori bijanye no gushira mu ngiro ico kigongwe bikaba vyatewe iteka n-umukuru w-igihugu Evariste Ndayishimiye mw-ibohero rikuru rya Mpimba.
Mw-ijambo ryiwe, umukuru w-igihugu yongeye aramenyesha ko abagore bafise abana, bafise imbanyi, eka nabo bigaragara ko bafise ubumuga bwo mu mutwe bagiye nabone kurekurwa.





Recent Comments