Sada Nahimana yegukanye agashimwe mw-ihiganwa rya Tennis ryabereye muri Tirikiya, iteka k-uburundi.

0

Umwigeme w-umurundikazi Sada Nahimana yateye iteka igihugu c-uburundi mw-ihiganwa rya International Tennis Federation ryariko ribera I Antalya mu gihugu ca Tirikiya kuva kuwa 18 gushika 25 ndamukiza 2021 aho yatsinze ku ma seti abiri uwundi mwigeme w-umunya Ikrene yitwa Anastasia Soboleva.Lagos Open on Twitter: "She's the No. 15 junior in the world; No. 1 in Africa. She has been turning heads in Lagos. We present to you: Burundi's Sada Nahimana.… https://t.co/9N4i5XZ8vJ"

Sada Nahimana yateye iteka igihugu c-uburundi  akaba akiri umwigeme akiri muto w-imyaka mirongo ibiri ndetse mu mahiganwa mpuzamakungu  amaze imisi ajamwo yaraguma atahukana ubushimwe.