UBM News ads

BARATUZA inyuma yokubesha yasubirijwe na Gordien KAZINDU

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma yo kuvuga ko NDAYISHIMIYE Evariste n’abavuga ko atari umuriro ububiko bwa gisirikare atari abasirikare, benshi bavuze bati ntaco abeshe ko ipete NDAYISHIMIYE ntaryo yaciye ariko baratuza yarariciye.

Kimwe umukuru w’igihugu uko ari kose yama ari umukuru w’igihuhu. Igihe bisakurije cane abarundi babihanahana Ku la téléphone, BARATUZA yarasubirijwe na Gordien KAZINDU.

Mugabo vyemerwa birekwa, BARATUZA yafashije imitima myinshi rirya joro.Benshi bati iyaba ari Neva arazirana n’uwize nk’uko Yama yavyivugiye.
Abatari bake bati Neva umujama n’urwaruka,umujama w’ibijuju umwansi wabize umwansi wincanwenge,leta yiwe isaba ko kizira gukoresha ubwenge. Leta ishaka kuduza Tanganyika i Gitega. None burya yo incabwenge uzirukana mu mabanga ukaba ufise imbonakazoza izoshirwa mu ngiro nande ?

Nuwo wundi naze buke atabesha ntazoshoborana na NEVA.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments