UBM News ads

Paul Kagame aragirizwa ivangura ryabo badasangiye ubwoko

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Wa wundi ati Afrika ntitera imbere. Ariko indongozi za Afrika hari abubahuka bakazibwiza ukuri . Hirya y’ ejo kagame bamubwije ukuri ko barya bonyene , ivyotungishije igihugu.

Kagame we avuga ko bamugobera ngo agume kubutegetsi ariko uwuravye uwumukosoye bukeye atishwe arangazwa canke akitwa interahamwe yo ari umuhutu canke uwo muri FLN iyo ari umututsi.

Banyarwanda kagame adahevye iryo vangura nivyo mwita iterambere ntaho muja bizosambuka, Iterambere nyaryo ni ugushira hamwe atavangura, Abo bana bamaze imyaka 30 mwarangaje nibo bazogaruka babatware

Mushima n’ubu yopfa kagame iryane zokumusubirira zoba nini gusumba. Reka kwitiranya umuntu n’igihugu. Ibi biri mubituma Afrika idatera imbere ko turitiranya igihugu n’umuntu.

Nimba asimbira muri Congo agasahura akica none burya umutahe wamaraso kutaramba hubwo gushira hamwe Niryo terambere ridahera ahandi nivyo mwubatse birasambuka.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments