Umukuru w’inama nshingamateka Daniel GĂ©lase Ndabirabe asaba ko hoba igihano maze uwufatanywe i sachet mu gihugu bakayimutamika mpaka ayimize yose niho bazogira ico batinya.
Gelase Ndabirabe ati:”ufatanywe 3 canke 5 ntakwirirwa muramupfunga muhe ayihekenye yose,niyuzura inda niho n’abandi bazotinya,umudandaza ahekenye umufuko wose.”

Umukuru w’inama nshingamateka y’uburundi Daniel Gelase Ndabirabe avuga ko hoba igihano ku muntu wese afatanywe i sachet bakayimutamika akayimira yose kugira n’abandi babone gutinya maze isachet zituzwe mu gihugu.
ibi yabizhikirije ku musi w’ejo mu nama nshingamateka igihe umushingamateka Athanase yashikiriza amakenga afise kuma sachet yasubiye kwuzura mu gisagara ca Bujumbura ibiheza bikagwiza imicafu.
kubwa Daniel Ndabirabe,ufatanywe i sachet 3 canke 5 ukazimira zose ukuzura inda(constipation)ntuzosubira kugura canke kugurisha.
“yongera ati uri umudandaza ugafatanwe 50 mumubwire azimire zose,uwuzigurisha amire umufuko wazo”.
Kubwa Gelase Ndabirabe ivyo vyotuma isachet ziranduranwa n’imizi mu gihugu maze abantu bagatinya kugura no kugurisha i sachet.





Recent Comments