Umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi #CNIDH umenyesha ko wasanze muri #BSR abantu bababa 400 bapfunzwe ata dosiye, aho ngo bapfungiwe ahantu hagenewe kwakira abantu batarenga 46 gusa,ahantu akazu ka sugumwe kuzuye, ndetse ata n’amazi ahari.

Ikibabaje rero, #CNIDH ivuga ko ejo irikumwe n’umushikirizamanza mukuru wa Republika hamwe n’abandi ba ‘procureurs’ bo mu gisagara ca Bujumbura basavye ko abo Bantu barekurwa ariko ngo vyarase .
Umuntu akibaza ninde afise uburenganzira bwo gufunga abantu mw’ubwo buryo? Ikindi umuntu yankiye CNIDH co kimwe n’abo ba ‘procureurs’ ko barekura abo Bantu bapfunzwe mw’ubwo buryo yitwaje iki?





Recent Comments