UBM News ads

Imanza zerekeye amatongo mu Burundi zigiye kuzoburanishirizwa ku matongo nyene.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umushikiranganji w-ubutungane amenyesha ko imanza zijanye n-amatongo zigiye kuva ubu ziburanishwa ku matongo nyene. Domine Banyankimbona akaba yabishikirije  kuri uyu wa gatanu mu kiganiro yagiranye n-abacamanza hamwe n-abanyagihugu ku bijanye n-imanza zidindira mu ntara ya Rutana.May be an image of 3 people and people standing

Uwo mushikiranganji agasigura ko ico gikorwa kizotuma abantu bazembagiza abandi kuko babarusha uburyo n-igihagararo  bigabanuka. Domine Banyankimbona akaba anegura inyifato y-abakozi bo mu butungane banyegeza imanza kugira ntihagire aho zishika biturutse ku biturire. Akaba yabahamagariye kuvavanura n-iyo ngeso.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments