UBM News ads

Inomero za terefone z-abagize Leta y-uburundi zashizwe ahabona kugira vyorohere ababitura.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inomero za terefone z-abashikiranganji bose bagize Leta y-uburundi zashizwe ahabona. Ni inyuma yaho umukuru w-igihugu c-uburundi, Varisito Ndayishimiye abitegetse kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 29 kigarama 2021 mu kiganiro kidasanzwe yagiranye n-abamenyeshamakuru hamwe n-abanyagihugu mu kibuga c-umupira w-amaguru citiriwe INTWARI.Burundi: Conseil des Ministres du mercredi 05 mai 2021

Icatumye izo nomero zishirwaho ni inyuma yaho Perezida Ndayishimiye yidogeye mw-ico kiganiro ko bitumvikana ko abanyagihugu bogira inomero yiwe igihe yarahejeje kuyitanga ku mugaragaro ariko ntibagire iz-abagize Leta yiwe. Niko guca ategeka umuvugizi wiwe kugira vyihutirwe gukorwa maze izo nomero zimenywe n-abanyagihugu bose b-uburundi.No photo description available.

Twobamenyesha ko no mu gihugu kibanyi c-urwanda hasanzwe hari itegeko rivuga ko umutegetsi wese ategerezwa gushira inomero ya terefone yiwe ku muryango waho asanzwe akorera  maze bize vyorohera abaza babitura.No photo description available.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments