Indwara ifise ibimenyetso nk’ivya Covid-19 irabangamiye abanya Bujumbura no mu ntara za ruguru.
Inyuma ya Miss Erica, umuririmvyi Sam Overmix azwi mu ndirimbo ya ‘Kiradodora’ nawene yashengeye.
Perezida Salva kiir wa sudani y’epfo niwe agiye gusubirira Perezida Ndayishimiye mu burongozi bwa EAC.
Bunyoni yagirijwe guha amafaranga ishirahamwe ryo hanze karuhariwe mu kwica kugira rigandagure Perezida Ndayishimiye.
CNDIH isabirwa na HWR na BHRI gukurwa mu kibanza ca ‘statut A’ kubera itigenga.
RWASA amenyesha ko ata mugambi wo gushinga uwundi mugambwe afise mu gihe hogera mu 2025 CNL itaremererwa gusubira gukora.
Perezida Nkurunziza ngo ntiyahitanywe n’indwara ahubwo yahawe isumu n’abanyamugambwe biwe (Bob Rugurika).
Bunyoni yagirijwe icaha co gukura Ubuntu mu kuba yarise «impene» Gevais Ndirakobuca yamusubiriye.
CNDD-FDD iriko ikora ibishoboka vyose kugira yihagire urubuga rwa politike maze izoseruke yonyene mu matora ya 2025-Bivurwa na Agathon RWASA.
Bernard BUSOKOZA avuga ko inzu yiwe iri i Bujumbura ibintu vyose vyayirimwo vyatwawe n’abantu bari bahagarikiwe n’umushikirizamanza kizigenza wa republika.
Perezida Ndayishimiye arababazwa n’abarundi baba mu makungu bugaye inzira zose zinjiza amafaranga y’agaciro mu Burundi.
Indege ya Congo yarizanye ikiziga c’umusirikare w’uburundi hamwe n’abandi bakomeretse yarihenze mu kibanza irwiramwo.
RDC: Abashingamateka bari muri EALA bamenyesha ko igihugu cabo gishobora kwikura muri EAC hamwe urwanda rwobandanya rushigikira M23.
Papa Francisco yirukanye musenyeri Joseph Strickland, uwaheruka kunebagura amahinduka Papa ariko akora muri Ekleziya Katolika.
Abasaba impapuro z’inzira muri PAFE bavuga ko atakwinyegeza mu kwakwa igiturire kugira bazironswe mu buryo bwihuta.
PARCEM ntitahura ico ideni rya miriyaridi 6000 Leta iheraniye amabanki ryakoze mu gihugu.
Perezida Ndayishimiye aremeza ko iki gihe ata mafaranga akwiye ari mu mabanki yo mu burundi.
Uburundi buheraniye amabanki yo hagati mu gihugu ideni ringana n’amamiriyaridi ibihumbi 6 vy’amarundi .
Abakinyi ba Handball 10 muri 13 bari baserukiye uburundi gukina muri Croatie baranyitse maze uburundi buca bukurwa mw’iryo higanwa.
Kenya: Abamaze gupfa kubera kwisonzesha maze ngo babonane na Yesu barenga 200.
Francine Niyonsaba asaba abarongoye CNO gutanga imihoho inyuma yo kutamushira ku rutonde rw’abazokwitabira jeux olympiques 2024.
Umunonotsi Thierry Ndikumwenayo ntagiserukiye kuva ubu uburundi agiye azoza aserukira igihugu ca Espagne mu mahiganwa mpuzamakungu.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
Inzandiko bita ‘tract’ zitirira umurwi w’abasirikare n’abapolisi bashaka impinduka mu Burundi zatowe ahatari hake mu gihugu.
Abasirikare b’uburundi barenga 700 bari muri Somaliya bagiye gutahukanwa mu ntumbero yo kugabanya izo nteko za ATMIS ziriyo.
Bob Rugurika ati mu makuru dufise n’uko abasirikare b’uburundi barenga 300 bamaze gupfira mu ntambara zibahuza na M23.
RDC: M23 irabandanya kwerekana abandi basirikare b’uburundi bafashwe mpiri n’uwo muhari.