UBM News ads

Gabriel Rufyiri avuga ko itunga kama ry-igihugu ritegerezwa gukingirwa ku mugaragaro.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma yaho ubushikiranganji bw-ubutare n-agataka hamwe n-amasoko ntanga nguvu buhagarikiye ivy-imfatakibanza amashirahamwe amwamwe acukura ubutare, umkuru w-ishirahamwe OLUCOME ryiyemeje kurwanya abarya ibiturire hamwe n-abasesagura amatungo y-igihugu asaba Leta y-uburundi ko itegeko rijanye no gucukura ubutare ryo subirwamwo mu ntumbero yo gukingira itunga kama igihugu c-uburundi gifise.Rufyiri gabriel - UBM News |United Burundian Media| Amakuru agezweho  y'abarundi

Kubwa Gabriel Rufyiri, avuga ko itunga kama ritegerezwa gukingirwa  mu buryo bugaragara . Aha akavuga nko kujaho umurwi woba urimwo abantu bose bitwa ko bakurikirana ico kibazo  cane cane abahinga bigenga kuko vyaribonekeje ko kenshi abo muri Leta bonyene usanga bataronse ivyiyumviro vyose mu nyuma bagaca bagira ibintu usanga bitakwiye neza.

Uwo arongoye ishirahamwe OLUCOME aravuga ivyo korwa kugira iryo tunga kama ry-ubutare igihugu gifise rikingirwe , Aha aravuga nko gusubiramwo itegeko ritunganya ingene ivy-ubutare bumeze hakabanza gukorwa ivyirwa vy-abahinga bakerekana utunenge turimwo kandi abo bahinga bakaba bigenga koko.

 

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments