UBM News ads
Monday, December 4, 2023
No menu items!
UBM News ads

Umuririmvyi w-inararibonye Bahaga aje gusubira kuboneka mu biteramo vyo mu Burundi.

Umuririmvyi Prosper Magloire Christian Martial Burikukiye benshi bazi kw-izina rya Bahaga yaririmvye indirimbo zitarinke z-ikirundi yaraye amenyesheje ko agiye gusubira kuboneka cane mu muziki biciye mu biteramo azokwitunganiriza canke mukwigisha abandi na cane cane urwaruka rufise impano yo kuririmba. Ivyo yabivugiye mu kiyago yagiranye n-abamenyeshamakuru ba  Jimbere Magazine.Menya ubuzima bwa BAHAGA Prosper umuririmvyi wakera yanditse amateka -  YouTube

Tubamenyeshe ko uwo muririmvyi yabaye rurangiranwa mu myaka y-1980-1990 agiye guteramisha abarundi  biciye mw-ihiganwa bise  Burundi Bwacu Festival  rigiye kuzoba guhera kuri uyu wa 24 Mukakaro gushika uwa 1 Myandagaro 2021 . Uwo muririmvyi yakunzwe mu ndirimbo yise Yasa n-irirenga agiye kuza mu gihugu c-uburundi avuye mu gihugu ca Portugal asanzwe amaze igihe ariyo aba.

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments