Mu mwaka umwe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amaze ku butegetsi, kuva yimitswe ku wa 18 Ruheshi 2020, bimwe mu bihano vyari vyarafatiwe u
Burundi kuva 2015 vyarakuweho. Uturorero bwarakuwe ku rutonde rw’ibihugu vyama vyigwa n’inama ijejwe umutekano y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU hamwe n’ikurwaho ry’ibihano bwari bwafatiwe n’ishirahamwe ry’ibihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa.
Recent Comments