Thaddee Ndikumana yamenyesheje ko izindi mbibe, harimwo urubibe rwa Kanyaru ari ukurindira.
Abanyagihugu bashoboye gutanga ikiganiro, bagaragaje umunezero uturutse kw’ico cizere co kwugurura uwo mupaka kuko ngo warubakenesheje muri vyinshi na rirya benshi mubahegereye ujsanga bakora n’urudandazwa ndengambibe.
Leta nayo yaboneyeho akanya ko gukebura abene gihugu ko nubwo ugwo rubibe gwuguruwe batoca bashira agati muryinyo ahubwo nyabuna babandanye bakurikiza amabwiriza bahabwa buri musi yo kwirinda ico kiza na cane cane gukaraba kenshi gashoboka.
Recent Comments