Bamwe bati ugwego gw’Umuhuza ntaco rumaze ntigwari rukenewe ahubwo nyabuna amafranga rukoresha nagume mu kigega ca leta barabe ikindi boyakoresha, abandi nabo bati nyabuna ugwo gwego ruracakenewe mu gihugu nkiki caciye mu ngorane nyinshi.
Amadosiye arenga 400 niyo yakiriwe n’urwego rw’umuhuza muri ayo 117 niyo yizwe yongera atorerwa umuti. Umuhuza w’abarundi yabishikirije kuri uyu gatatu ariko ashikiriza inama nshingamateka icegeranyo c’ivyo urwo rwego rwaranguye mu mwaka wa 2020.
Recent Comments