UBM News ads

Ya sukari abenegihugu barondera nk’umuzi w’ibuye aho inyikira ngo hatanguye kumenyekana.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Mu gisagara ca Bujumbura Hafatiwe, mu rugo ruri ku Mutakura ibarabara ry’icenda inomero 9 muri zone Cibitoke, ibigunguru birenga 100 birimwo inzoga zitemewe n’amategeko hamwe n’imifuko y’isukari igararagara, kuri uyu wa gatatu.
Umuvugizi w’ubushikiranganji bujejwe umutekano avuga ko ihingurwa ry’izo nzoga zitemewe biri mu bituma isukari ikena kuko ariho izimanganira. Pierre Nkurikiye atera akamo abanyagihugu kuja baratanga amakuru kugire hamenyekane abakora izo mwene izo nzoga bahanwe.
Yamenyesheje ko nyene gukora izo nzoga akironderwa n’igiporisi kuko aho bazikorera hafashwe abakozi gusa.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments