UBM News ads

Ibitero vy’ama grenade birabandanya i Bujumbura mu gihe hariko habera inama ijanye n’ivy’umutekano muri Afrika..

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu Burundi, muri iri joro nyene izi saha nyene z’ijoro ku bituro vy’imiduga yunguruza abantu n’ibintu ku mugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura hongeye guterwa ama grenade.

Amakuru ariko arakwirakwizwa ku mbuga ngurukana bumenyi nka zose ni uko abantu batari bake bakomeretse bajanwa mu bitaro bitandukanye landi hashobora kuba hari nabahasize ubuzima ariko bataramenyekana neza.

AHO BAMAZE KUZITERA MWA RINO JORO NYENE NI KUGITURO C4AMA BUS I bujumbura; muri zone Bwiza no kw’isoko ya COTEBU

Ibi bitero bibandanya kuba mu gihe muri ico gisagara hariko habera inama ya 51 y’urwego rwamaho rujejwe ibibazo vy’umutekano mu karere ka Afurika yo hagati. Ino nkuru turacayitororokanya, turabashikiriza ibibandanya kuba .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments