Abigeme bomuri iyo ntara basamwa kwijukira kumenya ibijanye n’irondoka no kwirinda uwo wese yobajana mu ngeso mbi z’ubushurashuzi kuko iyo bishitse bagsama imb anyi zitipfujwe ingaruka nyinshi ari izibagarukako.
Abavyeyi nabo basabwa kwama na ntaryo begera abana babo bakabayagisha ibijanye n’ubuzima bwomu myaka y’ubuyabaga kuko ivyo batabwiwe n’abavyeyi bavyumvira kubo banganya imyaka ariko ugasanga baronse amakuru atari,yo bigatuma ataco batinya gutyo hakaboneka nza mbanyi zitipfujwe akenshi zinihakanwa na bene kuzibatera bikavamwo kuzikorora canke guta abana bavutse.
Recent Comments