UBM News ads

Viza zigiye gukugwaho kubarundi baja muri Misiri, n’abanyamisiri baza mu Burundi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Ugufashanya mu bijanye n’indero, uburimyi n’imico ni bimwe mu vyaganiriweko mu mubonano wo kuri uyu wa kane hagati y’umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni na Yasser Sayed Mahmoud Elatawi aserukira igihugu ca Égypte mu Burundi.
Ico gihugu ngo kigiye gukuraho urupapuro rw’inzira Visa ku bakozi ba Leta bifuza kuja muri Égypte canke abanye Égypte baza mu Burundi. Ivyo bikaba ngo ari mu ntumbero yo gukomeza ubucuti hagati y’ivyo bihugu.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments