UBM News ads

Abagore bafise abana,bafise imbanyi, nabo bigaragara ko bafise indwara zo mu mutwe bagiye nabone kurekurwa.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma yaho  hatangiwe ikigongwe n-umukuru w-igihugu ku banyororo barenga gato ibihumbi bitanu, bamwe murabo batanguye gutaha kuhera kuruwu wa 26 Ndamukiza 2021. Ibirori bijanye no gushira mu ngiro ico kigongwe  bikaba vyatewe iteka n-umukuru w-igihugu Evariste Ndayishimiye mw-ibohero rikuru rya Mpimba.Entre les murs de l'Enfer

Mw-ijambo ryiwe, umukuru w-igihugu yongeye aramenyesha ko abagore bafise abana, bafise imbanyi, eka nabo bigaragara ko bafise ubumuga bwo mu mutwe bagiye nabone kurekurwa.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments