UBM News ads

Ikigo OBR caronkejwe ingabire y’ubwato budasanzwe bugenewe kurwanya urudandazwa rwa magendo.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Burundi_Japon:
Ikigo OBR caronkejwe ubwato budasanzwe n’ishirahamwe ry’abayapani JICA bugenewe kurwanya urudandazwa rwa magendo n’ikinywabi biciye mu kiyaga Tanganyika
Ku bwa komiseri ajejwe igendereza mu kigo OBR, ngo ni intamwe idasanzwe kuri ico kigo kuko ngo haraho bahora babona abagira urwo rudandazwa rwa forode bari mu mazi bikabagora kubashikira ngo babafate.
Ni mugihe hari haheze imisi twumva abantu bishwe n’inzego z’umutekano bivugwa yuko babarashe bariko bagerageza gucikana imizigo bazanye mu buryo butazwi ivuye mu bihugu bibanyi cane cane muri Congo.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments