Mugihe Leta y’Uburundi yaheruka gufata ingingo yo kubuza kwinjiza ibigori mu Burundi bivuye mu bindi bihugu nka Uganda na Tanzaniya kuko ngo vyoba birimwo ubumara bushobora gutera cancer hatanguye gufatwa ibigori vyinjira biciye mu kinywabi.
Amatoni 3 y’intete z’ibigori vyari vyinjijwe mu kinyegero bikuwe muri Tanzaniya yarafashwe kuri uyu wa 19 Ndamukiza n’abanyagihugu bo ku mutumba wa Murama muri komine Muyinga hakiri kare mugatondo. Abajejwe intwaro muri komine Muyinga bakavugako bijukiye kurwanya ibicuruzwa vya magendo.
Recent Comments