UBM News ads UBM News ads
Sunday, April 21, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Kubw- iduga riteye ubwoba ry-amazi ya Tanganyika, abanyagihugu begereye ico kiyaga basabwe kwimuka bwa vuba.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ikigo kigejejwe ivy-ikirere IGEBU caraye kimenyesheje ko abanyagihugu basanzwe baba mu burere bwegereye ikiyaga Tanganyika= Kajaga, Gatumba, Kibenga, n-ahandi  basabwa ko botangura kwitegura bwa vuba bakimuka kubera ko amazi y-ikiyaga ca Tanganyika ageze k-urugero runini.Institut Géographique du Burundi (IGEBU) Météo Burundi – Gitega – Burundi |  ProdAfrica Business Directory

Kubwa Ngenzirabona Augustin arongoye ikigo IGEBU amenyesha ko amazi ariko aduga k-urugero yashitseko mu mwaka w-1964 aho yageze kw-ibarabara ry-indwi rya Zone Buyenzi mu gisagara ca Bujumbura.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments