UBM News ads

Perezida Varisto Ndayishimiye arakomeza ingendo mu bindi bihugu.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma  y-ibihugu nka =Tanzaniya, Guinee Equatoriale, Gabon,Misiri hamwe na Centrafrika, Perezida yakoze urugendo rugira gatandatu ruzomushikana mu gihugu ca Congo Brazaville.esdras ndikumana on Twitter: "#Burundi: le prÊsident burundais  ⁌@GeneralNeva⁊ et son Êpouse, à leur arrivÊe a Malabo lundi pour une visite  officielle de 5 jours en GuinÊe Êquatoriale ... Tous portent le

Nkuko biri mw-itangazo ryashizwe ahabona n-ibiro bijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy-umukuru w-igihugu , Perezida Ndayishimiye yitabiriye ibirori vyo kwimika Perezida wa Congo Brazaville Denis Sassou Nguesso aherutse kutahukana intsinzi mu matora yaheruka kuba mw-ico gihugu.

           

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments