“Ikiringo ca quarantaine ku ngenzi zinjiye mu
#Burundi zifise igipimo cerekana ko zidafise umugera wa
#COVID19, kivuye ku misi 7, kija kuri 4″.
Ivyo ni ivyashikirijwe n’Umushikiranganji w’amagara y’abantu Dr Thadée Ndikumana, aho yariko agendera ikigo “Bon Accueil” cakira abaje kwipimisha
#coronavirus. Akaba yashimye intambwe igihugu kigezeko mu kurwanya uwo mugera kuko haheze indwi zibiri ata muntu numwe atowe
#COVID19 hagati mu gihugu, n’ubwo hari 3 canke 4 batorwa ku munsi mu gisagara ca
#Bujumbura barafashwe”
Recent Comments