Kuva aho bimenyekaniye mw’ijoro ryo kuruwu w’Imana rishira kuwa mbere ishirwa ry’umushingamateka Banciryanino mu kumba ka wenyene k’ikosorero bita “correction” umuhari w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH wahavuye wishikira mw’ibohero rikuru rya Mpimba aho hafungiwe umushingamateka Fabiyano Banciryanino kugira uhinyuze amakuru yari yiriwe arakwiragizwa ku mbuga ngurukanabumenyi yavuga kwishirwa rya Banciryanino mu kumba kawenyene ko mw’ikosorero. Abajijwe ngo atange umuco, Uwutwara umuhari CNIDH Sixte-Vigny Nimubona yemeje ko ari ibisanzwe kukosora umunyororo mu gihe yakoze ikosa anongerako ati:” Ntabwo ari Banciryanino wenyene amaze kukosorwa “

Tubibutse ko Banciryanino yaraherutse kwandikira ikete umuyobozi w’ibohero rikuru rya Mpimba anahereza ikopi umuhari CNIDH amenyesha ihonyangwa ry’amategeko rigenga amabohero mu burundi ndetse n’akarenganyo kaguma kakorerwa abanyororo bo mw’ibohero rikuru rya Mpimba; Biboneka ko umushingamateka Fabiyano Banciryanino ari urwo rwandiko yanditse ariko arazira.
Kuva aho bimenyekaniye mw’ijoro ryo kuruwu w’Imana rishira kuwa mbere ishirwa ry’umushingamateka Banciryanino mu kumba ka wenyene k’ikosorero bita “correction” umuhari w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH wahavuye wishikira mw’ibohero rikuru rya Mpimba aho hafungiwe umushingamateka Fabiyano Banciryanino kugira uhinyuze amakuru yari yiriwe arakwiragizwa ku mbuga ngurukanabumenyi yavuga kwishirwa rya Banciryanino mu kumba kawenyene ko mw’ikosorero. Abajijwe ngo atange umuco, Uwutwara umuhari CNIDH Sixte-Vigny Nimubona yemeje ko ari ibisanzwe kukosora umunyororo mu gihe yakoze ikosa anongerako ati:” kandi Ntabwo ari Banciryanino wenyene amaze kukosorwa “
Tubibutse ko Banciryanino yaraherutse kwandikira ikete umuyobozi w’ibohero rikuru rya Mpimba anahereza ikopi umuhari CNIDH amenyesha ihonyangwa ry’amategeko rigenga amabohero mu burundi ndetse n’akarenganyo kaguma kakorerwa abanyororo bo mw’ibohero rikuru rya Mpimba; Biboneka ko umushingamateka Fabiyano Banciryanino ari urwo rwandiko yanditse ariko arazira.
Tubibutse ko Banciryanino yaraherutse kwandikira ikete umuyobozi w’ibohero rikuru rya Mpimba anahereza ikopi umuhari CNIDH amenyesha ihonyangwa ry’amategeko rigenga amabohero mu burundi ndetse n’akarenganyo kaguma kakorerwa abanyororo bo mw’ibohero rikuru rya Mpimba; Biboneka ko umushingamateka Fabiyano Banciryanino ari urwo rwandiko yanditse ariko arazira.

Recent Comments