UBM News ads

Ingwara ya covid-19 yasubiriye kuvugwa cane i Bujumbura

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abantu bashika 40 nibo basanze bagwaye umugera wa covid-21 utera ingwara ya coronavirus mu Burundi. Ivyo bikaba vyavuzwe na muganga Thaddée Ndikumana, umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya ingwara ya SIDA. Abantu 10 nibo bari batanguye kubonako iyo ngwara yandukira iciye mu muyaga, munyuma bapima abo babonanye baca bayitora kubandi bantu 30.

Umushikiranganji Thaddée Ndikumana akavuga ko hari haciye amezi 2 atamugwayi wa coronavirus avugwa m’Uburundi. Ikibuga c’indege Mpuzamakungu Melchior Ndadaye kikaba caruguruwe haraheze amezi arenga ane. Ingingo zo kurwanya coronavirus nko gukaraba no kutaramukanya zikaba zitari zigikurikizwa neza m’Uburundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments