UBM News ads

Igipolisi nkozi cagaruye umwana w’umucuko yari yibwe i Bujumbura

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Uwo muvyeyi yiriwe aratabazi ku mbuga ngurukana bumenyi kuva aho aburiye umwana wiwe w’amezi 6 muhira mu Ngagara karitiye ya 5, aho ni mugihe yaratashe avuye kukazi arikumwe n’umufasha wiwe mu masasita yo kumurango.

Abantu baciye batangura gutanguriza ku mbuga ngurukana bumenyi basaba ko n’abatwara igipolisi muburere bobafasha gutangiriza bakaba batanze n’amafoto yuwo muyaya nuyo mwana.

Abantu baravye ayo mafoto ntibatevye kuvuga ko uyo muyaya ageze i Bugarama, uwo muyaya akaba avuka mu ntara ya Ngozi muri komine Busiga. Igipolisi nticatevye gutangiriza hose kumaposition yo kwibarabara rija i Ngozi.

Muri kino gihe uwo muyaya akaba yafatanwe nuyo mwana ageze mu Kayanza. Hakaba hataramenyekana icatumye uyo muyaya akorera iryo kosa rikomeye inabuja. Mwomenya kwagateka kabana kaguma gahungabana m’Uburundi bivuye kumishamirano yabantu bakuze.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments