UBM News ads

Marguerite Barankitse arabeshuza kubuza impunzi gutahuka

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Amakuru ariko araca ku mbuga ngurukana bumenyi yerekana umupfasoni Marguerite Barankitse, arongoye ikigo Maison Shalom abeshuza kwatabujije impunzi gutaha kuko atabubasha abifitiye. Yavuze ati uwushaka gutaha nuburenganzira bwiwe ati natwe turifuza gutaha nuko ibisabwa bitarakwira.

Marguerite Barankitse akavuga ko yavuganye gusa numwe mubana yareze akarihira ishure gushika aheze none yipfuza gutaha. Mumasezerano bagiraniye nuyo munyeshure haruko nawene azoca afasha barumuna we amaze kuronka akazi. Ivyo uyo munyeshure atashimye gukora.

Marguerite Barankitse yaranamusavye kandi nimba ashaka gutaha canke abandi batashe ko batogenda baravuga nabi abo basizeyo. Mwomenya ko igihugu c’Urwanda cakiriye abarundi bashika 71 000 bari mw’ikambi ry’i mpunzi nabandi bari mubisagara vy’ico gihugu kibanyi c’Urwanda.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments