UBM News ads

Imiti kama ya artemisia irakingira malaria n’izindi ngwara

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ivyo nibivugwa na Ginette Karirekinyana mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kur’uyu wakabiri. Uwo murimyi w’ibiterwa bivura ingwara akavuga ko abantu benshi bariko barahurumbira ivyo biterwa mur’iki gihe ingwara ya coronavirus yateye kw’isi yose harimwo n’Uburundi.

Ginette Karirekinyana akavuga ko umuntu afashe neza izo ngaburo bita tisanes atagwara ingwara nka malaria ariko akaba yirinze gushiramwo ingwara ya coronavirus. Akavuga ko izo ngaburo zituma umubiri urinda izo ngwara, ati mugabo iyo umuntu agwaye kubera atafashe neza izo ngaburo arashobora kuzifatanya n’imiti isanzwe batanga kwa muganga.

Abantu benshi bakaba bariko baragura izo ngaburo kugira bikingire ingwara ya coronavirus, ni mugihe benshi bahamagara kuri za numero zatangwa zo kwitabariza zititaba benshi rero bagashima kwigwanako.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments