UBM News ads

Abantu bashika imilioni 60 basabwe kuguma muhira muri Italie

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ivyo bikaba vyamenyeshejwe n’Umukuru w’Inama Nkuru y’igihugu ca Italie, Giuseppe Conte kur’uyu wambere itariki 9 ntwarante. Abantu bashika 463 baramaze kwitaba Imana m’Ubutaliano, abandi nabo ibihumbi 9 baramaze gupimwa ko bafise iyo ngwara.

Ariko abaja gusuma baragenda nabafise ubuzi badashobora guheba baragenda ariko bakagabanya uruja n’uruza bafise bimwe bifuka kumunwa. Igisagara c’I Roma kikaba cari kigaragara mubunywero bwinshi. Ariko abantu ntibareka kuja gusuma mu masoko yabo bita alimentation zininiya cane.

Mwomenya ko Leta y’Uburundi yafashe ihoteri Source du Nil kugira izoshikiremwo abanyamahanga bavuye mu bihugu iyo ngwara ikaze cane. Bakazoyimaramwo imisi 14 bapimwa ko badafise iyo ngwara imbere yo kubandanya ingendo zabo. Ariko Abafaransa bobo basavye ko abafaransa baza m’Uburundi boza bafise ikibazanye gihambaye bagashiramwo nuyo mwanya bazomara muriyo hoteli.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments