UBM News ads

Tatien Sibomana avuga ko yinjiye muyundi mugambwe ataravuga

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu kiganiro Ku Nama cabaye kuri radio Isanganiro kur’uyu w’Imana, umunyepolitike Tatien Sibomana, yahora ari mu mugambwe UPRONA, uruhande rwa Nditije Charles, akaba yanavugira Urunani Amizero y’abarundi, yaramenyesheje ko ubu yinjiye muyundi mugambwe atashatse kuvuga izina.

Umumenyeshamakuru akaba yaramubajije uyu mugambwe yinjiyemwo uwariwe ariko akaba atashatse kuvuga uwariwe. Tatien Sibomana akaba yamenyesheje ko yakurikije amategeko yose yo kwinjira mur’uyo mugambwe kandi na CENI ko yabimenyeshejwe mu gihe yariko arakurikirana ivy’urutonde rw’abazotora mu mwaka w’i 2020.

Mwomenya ko hasigaye amezi ari munsi y’atanu amatora yo mu 2020 agatangura mu gihugu c’Burundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments