UBM News ads

Komine Ngozi na province Bubanza zabaye izambere mw’iterambere

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ivyo n’ivyibonekeje k’urutonde rwashizwe ahabona kur’uyu wa mbere ku nyubakwa Ntare House ku kirimba c’Umukuru w’igihugu aho Petero Nkurunziza, Umukuru w’igihugu, yariko arakira ba mustanteri bo mugihugu cose na ba bulamatari babo.

Kur’urwo rutonde rero hakaba hibonekeje amanota ikomine yose yaronse baravye iterambere igezeko. Mwomenya ko amakomine yose ubu ahabwa imiliyoni 500 arenga ku mwaka kugira akore imigambi y’iterambere. Ariko ayo mahera akaba yaragwaniwe cane ikoreshwa hagati y’amakomine n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati busigaye butwara igisata c’iterambere c’amakomine. Ayo mahera akaba yarimwo bimwe bita za commission ibiturire n’ibindi bituma adakora ico yagenewe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments