UBM News ads

Umuntu yishwe n’imvubu mu kiyaga Tanganyika

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abantu babiri bari mu bwato ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere batembagarijwe mu kiyaga Tanganyika n’imvubu, ubwato barimwo nabwo burasambuka.

Nk’uko amakuru atangwa n’igiporisi abivuga, inyuma y’ugutembagarizwa mu kiyaga Tanganyika, iyo mvubu yaciye yica umwe muribo azwi kw’izina rya NTIKABAKAMWE Bosco wo muri zone Buterere igisagara ca Bujumbura, uwugira kabiri nawe yari muri ubwo bwato akaba yararokotse.

Mu giporisi bavuga ko ivyo vyabaye nk’igihe c’isaha cumi n’imwe n’iminota mirongo itatu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments