UBM News ads

Ashley Diva yoba agiye kugaruka mu gihugu ciwe?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Girukwishaka Aicetou Carmelle abenshi bazi kw’izina rya Ashley Diva yoba agiye kugaruka mu burundi nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews
diva ashley
Mu kiganiro Ashley Diva yagiranye n’ikinyamakuru cacu ubmnews akaba yatumenyesheje ko akumbuye cane igihugu ciwe c’amavukiro,akavuga ati:ndakumbuye cane muhira ariko hari ibintu nkikiriko ndakora ino ninaheza nkazoca ngaruka muhira kuko hari n’bikorwa vyi9nshi ngiye kuza gukorera mu gihugu canje c’amavukiro harimwo ibiteramo,indirimbo n’amasanamu y’indirimbo Jangu nakoranye n’umuririmvyi Dauphin
Tumubajije ni ryari uzishika mu Burundi?,Ashley akaba yatumenyesheje ati:sinzi umunsi n’isaha ariko ico nzi coco nuko ari vuba

Raba hano imwe mu ndirimbo ya Ashley Diva:

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments