Peter Niyo agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Waki To Post

0

Umuririmvyi Peter Niyo agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo Waki to post nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews
peter
Mu kiganiro yaraye aduhaye uyo muririmvyi akaba yatumenyesheje ko muri ino ndwi turimwo nyene ariho akazi kazotagura ko guhinyayura ayo masanamukuko ivyankenegwa vyose yaramaze kubironka hasigaye gusa yuko umuhinyanyuzi azokora ayo masanamu atangura akazi

Peter Niyo akaba yarabandanije atumenyesha ko nyuma yayo masanamu hari ikindio kintu ariko arategura