Iry Tina agiye gushira ahabona ivyo yemereye abakunzi biwe harimwo n’indirimbo arikumwe na Sat-b

0

Umuririmvyi w’umurundikazi ariko asanzwe akorera akazi kiwe mu gihugu c’ubuganda yamenyesheje ko nyuma yo kwemerera abakunzi biwe ibintu bimwe hama ntibabibone,ubu agiye gushira ahabona ibintu 3 muri bimwe yemereye abakunwi biwe n’abakunzi b’umuziki ndundi
iry tina
Abicishije ku rubuga rwiwe ngurukanabumenti rwa facebook,Iry Tina akaba yanditse ati:
mwaramutse bakunzi banje? nagarutse n’inguvu zidasanze
Ngiye gukora ibuntu 3 muvyo nemereye aba fans banje b’I Burundi
1.Mumpera y’indwi murumva collabo yanje n’umuririvyi wanyu mukunda Sat-b Satllight nkuko mwari mwabisavye.
2.Ndashira ahabona Video nshasha y’indirimbo ”Nsisitira”
3 Abantu bo mu ntara hagati Ndaje.. Tora intara 1 Nzokoreramwo igiteramo!!! Ukaba wifuza ko mpera Mu ntara Iwanyu Andika muri comment ‪#‎Kigwera‬ wa? Uce ushiraho intara ushaka mperako.. Twagiye!!
#Kigwera wa?

Ku batamuzi Iry Tina raba hano imwe mu ndirimbo ziwe: