amasanamu y’indirimbo nakupenda y’umuririmvyi jayzon yamaze kuja ahabona nkuko yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews

Ayo masanamu akaba yakozwe n’umuhinyanyuzi asigaye atavyorosha mu gukora amasanamu mu Burundi ariwe Landry sb
Yarabe hano:

© copyright by UBM News and Theme designed by Eric Nyandwi

Recent Comments