Iry tina:isabukuru ry’ururirimbo rw’umukenyezi yagenze neza cane

0

Irene laura azwi kw’izina rya iry tina n’ umuririmvyi w’umurundikazi yavukiye mu ntara ya kayanza ariko ubu akaba asanzwe aba mu gihugu c’ubuganda arashima cane ingene isabukuru ry’ururirimbo rw’umukenyezi ryagenze
tina na kabatesi

AGanira n’ikinyamakuru cacu ubmnews kuri hotel club du lac tanganyika,tina yashimye cane uko iryo sabukuru ryagenze ,tina akavugako atagihugu nakimwe haba isabukuru ry’ururirimbo ry’umukenyezi kubwiwe akavugako ari iteka ku bakenyezi b’abaririmvyikazi b’abarundikazi

Tworangiza tubamenyesha ko nyuma yiryo sabukuru tina yashoboye gufata amafoto na bamwe mu bantu b’icubahiro nka :annick kabatesi n’abandi