Umutambukanyi wa Diamond ariwe Zari The Boss lady yamenyesheje ko naho abantu bamutuka umwana wiwe,umwana bavyaranye na Diamond ariwe Tiffah ngo umunsi umwe azoba umukuru w’igihugu

Zari The bossy lady akavuga ko abantu atari beza batuka ngo umwana akiri muto atazi ikibi niciza

Tworangiza tubamenyesha ko uyo mwana wa diamond na Zarri The Bossy Lady yitwa Tiffah





Recent Comments