Umuririmvyi w’umurundi DOYOG muri kino gihe ari muri studio aho ariko akora indirimbo nyinshi n’abaririmvyi batandukanye eka ndetse n’abahinyanyuzi batandukanye.

Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com DOYOG akaba yatumenyesheje ko muri kino gihe ari muri studio aho ariko akora indirimbo kugira abandanye aryohera abakunzi biwe,DOYOG akaba yabandanije atumenyesha ko vuba agiye gushira ahabona indirimbo ariko arakora harimwo n’indirimbo yakoranye n’umuririmvyi aririmba mu mudiho wa HIP HOP T-MAX.

Twobamenyeshako DOYOG ari umuririmvyi yamenyekanye ku ndirimbo ACA WASEME yaririmbqnye na SAT-B hamwe na ULISEMA yaririmbanye na YOYA.





Recent Comments