UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 13, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Igitero cariko kirondera “Général Major Prime NIYONGABO” cahitanye Abasirikare batari bake.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Ng’izi isanamu zabasirikare boba baguye mugitero cabaye igihe c’isaha imwe zagatondo (7h 00) aho muruyo mutego wagizwe n’abantu bataramenyekana ahanini bakaba bashaka kugandagura”Général Major Prime NIYONGABO” asazwe ari umukuru w’Ibiro vy’Intwaramiheto mu Burundi.

KLO

Ico gitero rero amakuru twoba twakuye mubanyagihugu begereye aho vyabereye akaba ari kw’ibarabara rya Rumonge impande y’ishure rya International batubwiye yuko abantu boba bahasize ubuzima ko batashobora kumenya igitigiri cabo ariko ahanini bakatwemeza ko abasirikare batari bake  bahasize ubuzima.

MOP

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments