Abantu bakora imyuga isaba umuyagankuba baridogera icigagurika ry’umuyagankuba bakavugako ari uruhombo kuribo.

Nkuko ikinyamakuru canyu ubmnews.com cashoboye kwegera bamwe mu bakora imyuga isaba umuyagankuba bose bakaba badigorera icigagurika ry’amatara rimaze iminsi riba mu gisagara ca Bujumbura ivyo rero bigatuma bahomba cane kuko ibikorwa baba bakora bisaba umuyagankuba.

Abo bantu rero bagasaba REGIDESO ko ico kibazo c’umuyagankuba bogikemura kugira ngo akazi kabo kabandanye ukuri kwamye.





Recent Comments